Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Ifoto y’umunsi
Ifoto y’umunsi
mardi 11 Ndamukiza 2017, par
- Umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA yuguruye kuri uwu wa kabiri umwaka w’ishure mushasha w’2016-2017, mw’ishure Kaminuza ry’igisirikare
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Amakuru > Intwaro ibereye > Ifoto y’umunsi
mardi 11 Ndamukiza 2017, par
Messages
11 Ndamukiza 2017, 12:46, par Wakera
Baje gushigikira za mbonerakure baheruka kwinjiza zimwe zihinduye ubwoko zikigira abatutsi! ISCAM yari iyakera hacanditse ko : Nous souhaitons que soient ici ceux qui veulent et qui peuvent none raba Gatinyashengero aje kuraba Imbonerakure ziheruka kwinjizwa murivyo bigo kugire zizokore amabi atacamira!
11 Ndamukiza 2017, 15:25, par Hutsi
Wakera, abatutsi wabarundi?
Igikuru nuko bakubita umwasi wuburundi nabarundi nkuko babikoze : Cibitoke,Kayanza,nomugihe haterwa amakambi yagisirikare, none ga Wakera kiryagihe bahasha umwansi bakamwemeza wewe nimba urumurundi wiyemera ntiwabashimiye?
Jewe abobana buburundi babahutu nabatutsi hamwe nabatwa naciye ndabakurira inkofero barakaramba, nayo cakimwenyi cumubiligi ngo ni Louis Michel, carumiwe urazi kocashaka kuduhekura nkukobaduhekuye bakaka ubuzima uwari Rudoviko Rwagasore umuganwa atari umugani.
11 Ndamukiza 2017, 19:59, par Hilaire
Perezida Naramb Mugihugu.Ndamukunda Nuko Ngow Ariko Kumb Nanj Nzibukwa Un Jour.
21 Ndamukiza 2017, 07:41, par Nowera Nimbona
Igisoda cari icakera abonimbonerakure nzankurunziza.