Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
CoupeDuMonde2018: Brésil & Belgique yaronse itike yo kuja mu gice ca (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > CoupeDuMonde2018: Brésil & Belgique yaronse itike yo kuja mu gice ca (...)

CoupeDuMonde2018: Brésil & Belgique yaronse itike yo kuja mu gice ca kane gishira icanyuma

Monday 2 July 2018, by vianney

Igitsindo ca mbere cinjijwe n’umukinyi Neymar Junior ku munota wa 51 icakabiri naco cinzizwa na Roberto Firmino k’umunota wa 88 w’urukino.

Bresil gihambije ibihugu vy’Ubufaransa,Uburusiya,Croatie hamwe n’igihugu ca Uruguay.

Urundi rukino rwahuje igihugu c’Ubuyapani hamwe n’Ububirigi, Ububirigi bwatsinze ibitsindo 3 kuri 2, buca buronka uburengenzanira bwo guhiganirwa igice ca kane gishira icanyuma.

Inkino zitegekanijwe guhura ejo n’urukino ruzohuza igihugu ca Suede n’Ubuswise hamwe n’urukino ruzohuza Colombie n’igihugu c’Ubwongereza.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.