Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
’’Igikorwa co kwandika abazoja mu matora kigeze ku bice 56 kw’ijana’’-CENI - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > ’’Igikorwa co kwandika abazoja mu matora kigeze ku bice 56 kw’ijana’’-CENI

’’Igikorwa co kwandika abazoja mu matora kigeze ku bice 56 kw’ijana’’-CENI

mardi 13 février 2018

Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kur’uno wa kabiri igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2018,umukuru wa CENI Pierre Claver NDAYICARIYE yamenyesheje ko igitigiri c’abamaze kwandikwa gishitse ku bice 56 kw’ijana.

Pierre Claver NDAYICARIYE yamenyesheje ko abamaze kwandikwa bashika 2.505.829 bagizwe n’abagabo 1.298.453 hamwe n’abagore 1.207.376.

Pierre Claver NDAYICARIYE yavuze ko abategekanijwe kuzoja mu matora yo mu mwaka wa 2020 bangana 4.452.679.

JPEG - 37.5 ko
Pierre Claver NDAYICARIYE, arongoye umurwi CENI

Igikorwa co kwandika abazoja mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa shingiro rishasha catanguye kw’igenekerezo rya 8 Ruhuhuma 2018, kikaba gitegekanijwe guhera kw’igenekerezo rya 17 Ruhuhuma 2018.


BIKORIMANA Vianney

Messages

  • Uwo nyakubahwa arongoye CENI nomusaba ko yohimiriza abamenyeshamakuru kugira babandanye basubizamwo(redifusion) arya majwi yabanyepolitike bahamagarira abanywanyi kwiyandikisha. Nacanecane abo kuri RTNB kuko niyo isamirana mugihugu cose. vyofasha cane

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.