Accueil > Amakuru > u Burundi > Ihimbazwa ry’imyaka 55 iheze umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe (...)
Ihimbazwa ry’imyaka 55 iheze umuganwa Rudoviko Rwagasore agandaguwe (Amafoto)
jeudi 13 Gitugutu 2016, par
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Messages
13 Gitugutu 2016, 13:41, par NKORIBIGAWA Pierre
Ego kabisa muramukunda!Burya murakunda iragi yadusigiye?Ko yipfuje ko uburundi bwocika icibare c’Imana,niko biri?jewe ubu mvuga ati:naho Imana.kuko uburundi bwuzuyemwo intambara,igiturire n’ibimdi vyinshi bicafuza uburundi n’abarundi gutyo tukaba dutaye rya ragi yadusigaranye.mu gushirako amashurwe mwibaze ko namwe bazoyabashiqako hanyuma muheze mubandanye mumwigina kuko yatweretse amakanda twocamwo murakoze.
13 Gitugutu 2016, 15:21, par nyandwi
abatipfuriza uburundi kwikukira nibu baracariho kuko baguma baha ishushombi muakungu ariko biruhiriza ubusa Imana iradukunda cane niharambe Uburundi nabarundi
13 Gitugutu 2016, 19:28, par ISAAC
NUKURIR NTAWORE KUSHIMA IVYIZA YAKOZ MUGIH NUBU HAKIRI BAGOMBA KUSUBIZ IGIHUGU MUGORAN
13 Gitugutu 2016, 20:21, par Innocent
Gwasore Yari Umugabo W’abagobo None Muricogihe Nacegera Yarafise Cari Kusubira?
13 Gitugutu 2016, 20:31, par alia
aba dd ntiba tubeshe ubutwari bwa rwagasore ntabwobazi ahubwo ntiba maramara kubahuka bakaba aribo basigura ivyiza yakoze agaca uraba ububwicanyi bariko barakora nakumiro!!! ahubwo bari bari bakwiye kwirirwa baryamye kuko ntibakwiye no kuja gusura kumvayiwe
14 Gitugutu 2016, 00:15, par SYMPHORIEN
Umuganwa atari umugani rwagasore twaramukunda kuko yakunda igihugu nubwo hakiriho ibipinga bicanka iragi yadusigiye bn8.
14 Gitugutu 2016, 00:16, par SYMPHORIEN
Umuganwa atari umugani rwagasore twaramukunda kuko yakunda igihugu nubwo hakiriho ibipinga bicanka iragi yadusigiye bn8.
14 Gitugutu 2016, 10:48, par tari
Ubukoroni bw’abazungu twarabukize turongowe n’umuganwa Atari umugani Rwagasore ariko ubwa nkurunziza na karwi kiwe ntituzobukira turacakeneye izindi ntwari nka rwagasore zo tuja imbere tukabiganzura
16 Gitugutu 2016, 17:28, par NDAYIKENGURUKIYE REVERIEN
NANJENDASHIMYEKUBATWARAVUYEMURISENTARE MPUZAMAKUNGU AMERIC NAYONITUREKETWARIKUKIYE.UBUTURADYATUKADYAMA .NUGUSHIGIKIRA UBUBIRIGI