Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ikiringo c’imirwi CEPI na CECI yateguye amatora y’ibwirizwa nshingiro kigiye (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Ikiringo c’imirwi CEPI na CECI yateguye amatora y’ibwirizwa nshingiro kigiye (...)

Ikiringo c’imirwi CEPI na CECI yateguye amatora y’ibwirizwa nshingiro kigiye kurangira

mardi 29 mai 2018

Nk’uko biri mu rwandiko rwateweko umukono n’umukuru w’umurwi CENI, Pierre Claver NDAYICARIYE, kw’igenekerezo rya 24 Rusama 2018, amenyesha ko yaba CEPI canke CECI yose yari ifise ikiringo c’amezi atanu yo gukora.

Muri urwo rwandiko, umurwi CENI umenyesha ko, ibikorwa vy’umurwi utegura amatora mu ntara CEPI nk’ibijanye no kugenzura ibigega n’ibindi, bizoca bibandanya bikorwa n’inzego zo hejuru zitwara iyo mirwi nk’uko biri mu masezerano.

Umurwi CENI ugasaba ko abari bavuye mu buzi bari basanzwemwo bagiye gukora mu mirwi CEPI na CECI,mu ntumbero y’amatora y’ibwirizwa nshingiro, baca bandikira ibisata bijejwe ico gikorwa mu bushikiranganji bakukira.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.