Accueil > Kwidagadura > Komedi > Ildephonse-Comedien yatwengeje umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza (...)
Ildephonse-Comedien yatwengeje umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza (Video)
mercredi 26 Ndamukiza 2017, par
SC: Ildephonse-Comedien
IGIHE
Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......
Accueil > Kwidagadura > Komedi > Ildephonse-Comedien yatwengeje umukuru w’igihugu Pierre Nkurunziza (...)
mercredi 26 Ndamukiza 2017, par
SC: Ildephonse-Comedien
IGIHE
Messages
26 Ndamukiza 2017, 12:36, par Wakera
Ubuho vyabuze!!!Ubu Leta y’icaduka isigaye ikorana iraba ah’imbonetakure ibatwenza!!! Mbe Gatinyashengero atwenze ni breaking news!!! Canke kubera umwiheburo arimwo ntiyaragitwenga ndaguye ndagarutse!!!
26 Ndamukiza 2017, 20:32, par LL
Taha
27 Ndamukiza 2017, 05:23, par Wakera
Mbe nkiyi mbonerakure ivuga ngo ifise Gatinyashengero akunda aba jeunes gute!!! Aba jeunes rero ubu basigaye ari imbonerakure zonyene!!!! Noneho nabo yacishije kubuhomba ntiyanamaze baracariho, umusi wabo uzoshika it is a matter of time! Wait and see!
27 Ndamukiza 2017, 05:29, par Mediator
Turashimye umukuru w’igihugu cacu kuko aratwitayeho twebwe imbonerakure kandi namusaba ko yobandanya adodora kubindi bihugu kugire turonke uwundi muceri. Thanks
27 Ndamukiza 2017, 18:01, par WAKERA
MBEGAJEHOVYOSHOBOKAKOMBA IMBONERAKURE NDI WAKERA
28 Ndamukiza 2017, 09:41, par Mediator
Nagomba menyeshe abantu boooose musoma ivyiyumviro hano Ku rubuga rw,igihe ko izina ( MEDIATOR) risigaye risigaye rikoreshwa n,umu sans echec WAKERA kugira ngo anteze isoni, ikizobereka iciyumviro canj muzosanga ntatinya kuvugako inzego ziri mu Burundi zitorewe n,abanyagihugu. Ikindi muzomenyera ko ndagwanya abantu bavugako mu Burundi dutwawe nabi bakibagira kera amagogwa twari tugowe na za Leta z,aka coup d,etat. Ikumigwa ryarangwa mu nzego nyishi, ubwicanye bw,agahomera bunwa bwabaye akamizwe n,ingoma . N,ibindi ikigeretseko ndi umukozi w,Imana simvangura abantu . ndangize ngabisha WAkera ko kizira gukoresha izina rya nje ( ishavu afise natekereze amase ya kera ntagihoma urutaro)
28 Ndamukiza 2017, 14:21, par Wakera
@Mediator, Bandanya sha wisabira buruguri ibindi ubireke!!! Mbe wandika uziko wandika muri groupe ya whatsApp!!! Shame on you kandi sonza wigumye
29 Ndamukiza 2017, 17:39, par Izegi
@ Mediator, humura twamenye ahaba uwo Wakera, ajunze noguhindagura amazina mukwandika ngaha agakunda nogukoresha amazina yabandibantu bakunze kwandika ngaha iyoyandika, ikibazociwe kirakenyuka kuvadutoye neza ahaba kuko ivyakora ntibiri muribimwe umuntu afitiye uburenganzira, ahubwo bitegerezwa kumuhirako ingaruka, kimwegisa ashobora kuzokwihanganirwa nibasanga mumutwewiwe hadakwije nkuko ugereranije ubona komenyo ndmtakwije, kandi hariho mugenzanje barikumwe muntango ziyindwi tumaze ngoyishunze ukwaneze ngonivyavuga ngwabonekana nkuwudakwije mumutwe ngoyamwumviye kukiganiro barikobaravuga kijanye nukuntu urwanda rwitwaye kuburundi muriyimyaka ibiri iheze.
1er Rusama 2017, 06:31, par Wakera
@izegi, You guys are crazy!!! You both are mentally disabled!! I can’t be threatened by the militia Imbonerakure!!!