Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imbonerakure za CNDD FDD zahaye agashimwe Petero NKURUNZIZA - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Poritike > Imbonerakure za CNDD FDD zahaye agashimwe Petero NKURUNZIZA

Imbonerakure za CNDD FDD zahaye agashimwe Petero NKURUNZIZA

samedi 19 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Ibihugu tumaze kumenya vyarungitse abaserukira urwaruka rwo mu mugambwe uri ku butegetsi ni Turquie, Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, Cameroun, Tchad, hamwe na Sudani y’epfo.

Abitavye iryo huriro batanguriye ku bikorwa rusangi, bari kumwe n’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, bakaba mbere bamuhaye agashimwe yashikirijwe n’imbonerakure z’umugambwe CNDD FDD.

Kuri ako gashimwe, Imbonerakure za CNDD FDD zabwiye umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA ko yohangama ku ngoma.


Egide NDUWIMANA

Messages

  • Imbonerakure (Interahamwe) zahaye Interahamwe nkuru ngo agashimwe da!

  • ngo ni ahangame ku ngoma, nako data ngo azova ku ngoma yezu agarutse sha ni mu bandanye amabi mukora iyo mw’ijuru irababona kandi izo bagerera nkuko mwagereye abandi.

  • Harigihe kizagera akabazwa ibyo yakoreye abo akomeza kwica abandi akabagaraguza agati, nushake urye uri menge uzabibawa tu, baca umugani ngo akebo kajya iwa mugarura, nawe buriya bazagufunga bagukanire urugukwiye!

  • Ntibitangaje kubona kuri iyo cadeau muhaye uwo mwicanyi wanyu hariho umuhoro. Umuhoro niyo signe iranga interahamwe ndetse n’imbonerakure! Burundi wagorwa!

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.