Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imirwi ibiri niyo isigaye mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Imirwi ibiri niyo isigaye mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru (...)

Imirwi ibiri niyo isigaye mw’ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu

dimanche 25 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Urukino rw’igice ca kabiri gushira ica nyuma rwabaye kuri uwu gatandatu mu ntara ya Gitega nyene, umurwi wa Messager Ngozi watanye mu mitwe na Athletico Olympique. Muri urwo rukino, Messager Ngozi yinjije ibitsindo bitatu kuri kimwe ca Athletico Olympique.

Imirwi ya Messager Ngozi hamwe na Olympique Star y’i Muyinga niyo izoca ihura mu gice ca nyuma c’ihiganwa ry’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA.

Urukino rwa nyuma rw’ihiganwa ry’igikombe c’umukuru w’umukuru w’igihugu ruzoba kw’igenekerezo rya 8 Mukakaro 2017, mu ntara ya Muyinga.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.