Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Imirwi izokina igice ca kabiri gishira ica nyuma mu gikombe c’umukuru (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Imirwi izokina igice ca kabiri gishira ica nyuma mu gikombe c’umukuru (...)

Imirwi izokina igice ca kabiri gishira ica nyuma mu gikombe c’umukuru w’igihugu yamenyekanye

jeudi 31 mai 2018

Imirwi Olympic Star na Delta Star niyo yaronse ubwo burenganzira ubwa nyuma, inyuma ya Vitalo FC na Burundi Sport Dynamic.

Mu nkino z’igice ca kane gishira ica nyuma, umurwi Vitalo FC watsinze LLBS4 Afrika ku mapenariti 3 kuri imwe, Burundi Sport Dynamics utsinda Musongati FC ibitsindo bibiri ku busa, mu gihe mu zindi nkino umurwi Olympic Star watsinze Aigle Noir igitsindo kimwe ku busa, Delta Star utsinda Muzinga, ibitsindo bibiri ku busa.

Bitegekanijwe ko inkino z’igice ca kabiri gishira ica nyuma, zizob kuwa gatandatu igenekerezo rya 2 Ruheshi 2018, umurwi wa Vitalo FC uzokina na Burundi Sport Dynamic, Delta Star ukine na Olympic Star.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.