Home > Amakuru > umutekano > Imvubu yarasiwe ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika
Imvubu yarasiwe ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika
Wednesday 31 January 2018
Amakuru dukesha abakorera ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika hafi y’aho iyo mvubu yiciwe, amenyesha ko iyo mvubu yishwe mu gihe yari yasohotse iva mu kiyaga Tanganyika ica igwa mu kinogo, bica vyanka ko ivayo.
umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, Pierre NKURIKIYE aremeza ayo makuru, akamenyesha ko iyo mvubu yiciwe hagati y’ikibanza Petit Bassam na Karera Beach.
Pierre NKURIKIYE avugira ubushikiranganji bw’umutekano, avuga kandi ko iyo mvubu yishwe mu gihe hari abakozi b’ubushikiranganji bw’ibidukikije.
MUGISHA Van Naris
Forum posts
31 January 2018, 21:14, by MINANI FULGENCE
IMAKAMBA INTERERANO YAMATORA IGENDA NEZA AMATORA AZOGENDA NEZA
31 January 2018, 21:48, by NYAMWER
NONEGAYEMWE UBWO NKABARONDERMPAPURO ZAMATONGO BAZOZIRNKA NTIBAGIYKURENGANWA