Accueil > Amakuru > u Burundi > Imyuzurira y’amazi yasenyuye imva zo mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda (...)
Imyuzurira y’amazi yasenyuye imva zo mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda (Amafoto)
mercredi 25 Ndamukiza 2018, par
Bamwe mu bafise ababo bashinguwe muri iryo tongo ry’abapfuye, bavuga ko batoroherejwe, mu gihe bari bashatse kuri uwu wa gatatu kwishikira aho mw’itongo ry’abapfuye ku Mpanda, kugira birabire ko imva z’incuti zabo zasambuwe n’ayo mazi. N’abamenyeshamakuru bari bashatse kuri uwu wa gatatu kwishikira aho mw’itongo ry’abapfuye kuraba ivyabaye bakaba batemerewe kwinjira.
Abo banyagihugu bashinguye ababo ku Mpanda basaba ko amashirahamwe bakoranye ajejwe guhambisha n’ukwubaka intatemwa, ko yobafasha gusanura izo mva, kuko ivyabaye batari bavyiteze.
Amafoto ya zimwe mu mva zasambutse
Egide NDUWIMANA
Messages
26 Ndamukiza 2018, 03:42, par ngirabakunzi
Birakabije