Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Indwara y’igituntu isanzwe ifise imiti irabandanya kwica abantu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amagara y’abantu > Indwara y’igituntu isanzwe ifise imiti irabandanya kwica abantu

Indwara y’igituntu isanzwe ifise imiti irabandanya kwica abantu

samedi 24 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Muganga Matshidiso Moeti yahamagariye abakozi bo mu buvuzi, amashirahamwe yigenga, kurwiza ubuzi bujanye no kwiga ukuntu borwanya iyo ndwara y’igituntu gushika no mu mizi. Yasavye kandi ko hoba ivyirwa bikomeye bijanye no gukurikirana abafashwe niyo ndwara.

Muganga Matshidiso yasavye kandi ko Reta yobigiramwo uruhara runini biciye mu gisata kibijejwe, ndetse no kurwiza uburyo muri ico gisata co kurwanya indwara y’igituntu ku buryo imiti nkenerwa yoguma mu bubiko bwayo ku rwego rw’igihugu cose.

Muganga Matshidiso Moeti yiyemeje ko akirongoye akarere ka Afrika mu rwego rwo kw’isi yose mu buvuzi, azokora uko ashoboye ku buryo iyo ndwara y’igituntu iranduranwa n’imizi.


Callixte NDIKUMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.