IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zatsinze Sudani ibitsindo bibiri (...)

Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 zatsinze Sudani ibitsindo bibiri ku busa

lundi 21 mai 2018

Muri urwo rukino rwabereye ku murwa mukuru w’igihugu ca Sudani Karthoum, ibitsindo bibiri vy’Uburundi vyinjijwe na SHAKA Bienvenu ku munota wa 82, hamwe na MAVUGO Cedrick ku munota wa 87.

Mu rukino rwo gutangura rwabereye ku kibuga Urukundo, mu ntara ya Ngozi, umurwi Intamba mu Rugamba wari wanganije n’umurwi wa Sudani igitsindo kimwe ku kindi.

Mu rukino rukurikira, umurwi nserukiragihugu w’Uburundi w’abatarenza imyaka 20, uzoca ukina n’igihugu ca Zambiya.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.