IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Inkino > FOOTBALL > FIFA: Intamba mu rugamba zatakaje ikibanza kimwe ku rutonde rwa (...)

FIFA: Intamba mu rugamba zatakaje ikibanza kimwe ku rutonde rwa FIFA

Thursday 17 May 2018

Umurwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba wavuye mu kibanza c’145 uja mu kibanza c’146, ari naco kibanza umurwi nserukiragihugu wa Etiyopiya urimwo.

Ibihugu vyo mu karere ka Afrika y’Ubuseruko bikurikirana uku gukurikira:
Urwanda (123), Tanzania (137), Kenya (111), Uganda (74).

Ibihugu biri mu bibanza icumi vya mbere ni: Ubudagi , Brésil, Belgique, Portugal, Argentine, Suisse, France, Espagne, Chili na Pologne.


MUGISHA Van Naris

Forum posts

  • JEWE IVYUMUPIRA WA MAGURU BIRANTANGAZA INTAMBA NGO ZATAKAJE????NDATWENZE CANEEE!!!!!IGITURIRE NICO GIKORA GUSA NONE ABAZUNGU MWARI MUBIBAGIYE KO BATEREKWA UBURUNDI.NI BARINDIRE IMINSI APANA IMYAKA LE BURUNDI SERA QUELQUE CHOSE.FIN

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.