Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Intara ya Gitega yakiriye ibikorwa vy’ihimbazwa ry’umunsi wahariwe (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Intara ya Gitega yakiriye ibikorwa vy’ihimbazwa ry’umunsi wahariwe (...)

Intara ya Gitega yakiriye ibikorwa vy’ihimbazwa ry’umunsi wahariwe inkino

samedi 24 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Ihimbazwa ry’uwo munsi ryari ryitabwe na Evariste NDAYISHIMIYE, umukuru w’iteka wa komite y’igihugu ijejwe inkino (Comité National Olympique), Lydia Nsekera wo mu rwego mpuzamakungu rujejwe inkino, hamwe na Reveriyano NDIKURIYO, umukuru w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi.

Inkino zitandukanye zatunganijwe aho mu ntara ya Gitega, zikaba zari zigizwe n’umupira w’amaguru, inkino z’amaboko, inkino z’abagendana ubumuga, inkino za Karate hamwe ugusiganwa.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.