IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Integuro y’itegeko rigenga abagendana ubumuga yashitse mu nama (...)

Integuro y’itegeko rigenga abagendana ubumuga yashitse mu nama nshingamateka

jeudi 14 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu ngoro y’amakoraniro mu Kigobe, umushikiranganji Martin NIVYABANDI ajejwe agateka ka zina muntu n’iterambere ridakumira niwe ari mu nama nshingamateka gusigura ibijanye n’integuro y’iryo tegeko.

Umushikiranganji NIVYABANDI yabwiye abashingamateka ko Reta y’Uburundi itegekanya gukorera kuri iryo tegeko mu migambi y’ugushigikira abagenda ubumuga mu migambi y’iterambere.

Iryo tegeko rizofasha kandi mu kurwanya ikumirwa rikorerwa abagendana ubumuga, nk’uko vyemezwa n’umushikiranganji Martin NIVYABANDI.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.