Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Irak : Abantu 5 bapfuye, 200 barakomereka barasiwe mu myiyerekano - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Irak : Abantu 5 bapfuye, 200 barakomereka barasiwe mu myiyerekano

Irak : Abantu 5 bapfuye, 200 barakomereka barasiwe mu myiyerekano

mercredi 20 décembre 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abafaransa RFI amenyesha ko abajejwe umutekana baciye bafata ingingo yo kurasa abari mu myiyerekano.

Kw’igenekerezo rya 25 Myandagaro, abanya Kurdistan baremeje ku bwinshi ko bokwikukira, bikaba vyatumye Reta ya Irak ishavura irarahira ko Kurdistan yikukira, ivyatumye haduka imyiyerekano yo gusaba ukwikukira.

Mu gihe abari mu myiyerekano baturiye inyubakwa z’imigambwe ikomeye mu gihugu bakaba bayagiriza ko ataco iriko irabafasha, inzego z’umutekano zaciye zibarasa.

Abanya Kurdistan bakaba batabona kazoza kabo, aho ibiciro vyaduze,abakozi bakaba badahembwa.


Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.