Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isanamu "Paradise" ya Madiba yasohotse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > Isanamu "Paradise" ya Madiba yasohotse

Isanamu "Paradise" ya Madiba yasohotse

mercredi 2 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Video igira kabiri y’umuririmvyi Madiba "Tha Classic" ihejeje gusohoka. Iyo sanamu yitwa "Paradise".

Muri iyo sanamu, Madiba ahamagarira umukunzi wiwe kuamwegere maze amwereke urukundo mpuzamakungu.

Iyo sanamu ije ikurikira iyaheruka yise " She Says Yes".

Inyuma yo gushira ahabona iyo vidéo, Madiba yavuze ko ayituye Abakunzi biwe n’Abarundi aho bari hose, eka n’abanyamahanga.

Iyo Video yakozwe n’umuhinyanyuzi Amini Bybee.

Umviriza wongere wirabire vidéo ya "paradise"


Cherif NKESHIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.