Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isango ryo gushira ahabona urukurikirane "Umwanya" rwa Yves KAMIKIWE (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Isango ryo gushira ahabona urukurikirane "Umwanya" rwa Yves KAMIKIWE (...)

Isango ryo gushira ahabona urukurikirane "Umwanya" rwa Yves KAMIKIWE ryamenyekanye

vendredi 4 Myandagaro 2017

Abifashijwemwo n’ishuri ry’umuziki riri mu ntara ya Gitega, Institut de Musicologie de Gitega, Yves KAMIKIWE amenyesha ko kw’igenekerezo rya 19 Myandagaro ari rya sango ryari ririndiranywe igishika.

Kuri uwo munsi, umuririmvyi Yves KAMIKIWE amenyesha ko azofundurura agaseke kari kamaze iminsi kugaye, kugira abakunzi b’umuziki uvugije mu mudiho w’ikirundi banezeranwe nawe.

Ibikorwa vyo gushira ahabona urukurikirane rushasha yise Umwanya bizobera mu nyubakwa American Corner mu gisagara ca Gitega, igihe c’isaha icumi z’umugoroba.

Urukurikirane rw’indirimbo Umwanya rw’umuririmvyi Yves KAMIKIWE rugizwe n’indirimbo 8 zose zivugijwe mu mudiho w’ikirundi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.