Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ishirahamwe CAF ryashikirije abakinyi 3 bagiye guhiganigwa ikibanza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ishirahamwe CAF ryashikirije abakinyi 3 bagiye guhiganigwa ikibanza (...)

Ishirahamwe CAF ryashikirije abakinyi 3 bagiye guhiganigwa ikibanza c’umukinyi mwiza w’umwaka

lundi 18 Kigarama 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo nabo ni Emerick Obameyang akomoka mu gihugu ca Gabon akaba akinira umurwi wa Dortmound mu gihugu c’Ubudagi, Sadio Mané wo muri Sénégal akinira Liverpool, hamwe n’umunya Misiri Mohamed Salah, nawe nyene akinira Liverpool yo mu Bwongereza, akaba ari nawe yaheruka gutwara agashimwe k’umukinyi yigenjeje neza katanzwe n’ikinyamakuru BBC.

Uwatowe akaba azomenyekana igenekerezo rya 4 z’ukwezi kwa mbere umwaka wa 2018.

JPEG - 35.1 ko
Emerick Obameyang akomoka mu gihugu ca Gabon akaba akinira umurwi wa Dortmound mu gihugu c’Ubudagi
JPEG - 58.1 ko
Sadio Mané wo muri Sénégal akinira Liverpool
JPEG - 43.7 ko
Mohamed Salah wo muri Misiri, akinira Liverpool yo mu Bwongereza

Pacifique BUKURU

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.