Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ishirahamwe mpuzamakungu ry’urukino rwa Tayikondo ryahinduye (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ishirahamwe mpuzamakungu ry’urukino rwa Tayikondo ryahinduye (...)

Ishirahamwe mpuzamakungu ry’urukino rwa Tayikondo ryahinduye izina

mardi 27 Ruheshi 2017

Izina “ World Taekwondo Federation “ (WTF ) ry’uwo mugwi ryari risigaye ryarakwiragiye ku mbuga ngurukanabumenyi nk’ico bita mu rurimi rw’Igifaransa ( c’est quoi ce bordel ? ) ijambo ridatanga ishusho nziza mu mico.

Umukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ry’urukino rwa Tayikondo Chungwon Choue yavuze ati: “ Muri ino minsi , izina ry’ishirahamwe ryacu benshi bari basigaye bariha insiguro mbi itariyo “

Mwomenya ko iryo zina rishasha ry’ishirahamwe mpuza makungu ry’urukino wa Tayikondo ryashizwe ahabona imbere y’uko inkino mpuzamakungu za Tayikondo zitangura ku musi wa gatandatu igenekerezo rya mbere Mukakaro 2017,mu gisagara ca Muju muri Koreya y’Epfo .


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.