Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ubudagi: Itegeko ryemerera abipfuza kubana basangiye ibitsina (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Ubudagi: Itegeko ryemerera abipfuza kubana basangiye ibitsina (...)

Ubudagi: Itegeko ryemerera abipfuza kubana basangiye ibitsina ryemejwe

vendredi 30 Ruheshi 2017, par Egide NDUWIMANA

Inkuru ziva aho mu gihugu c’Ubudagi zivuga ko iryo tegeko ryemejwe rigiye gutanga uburenganzira ku bagabo n’abagore bakundana basangiye ibitsina ko bashobora kwubakana, bakarera n’abana bashobora no kurera abana batavyaye (adoption).

Abashingamateka bava mu migambwe itavuga rumwe na Angella Merkel bemeje bivuye inyuma iryo tegeko.

Mwomenya ko iyo ngingo yashigikiwe n’abashingamateka bashika ku 393, mu gihe abashika ku 226 bayihakanye, bane nabo ntibagize ico bayivugako.


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.