Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Jeff Bezos yabaye umutunzi wa mbere kw’isi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Jeff Bezos yabaye umutunzi wa mbere kw’isi

Jeff Bezos yabaye umutunzi wa mbere kw’isi

vendredi 28 Mukakaro 2017

Jeff Bezos afise ubutunzi bw’amadorare imiriyaridi 91.4, ubwo butunzi bukaba bwatumye aba uwa mbere atunze kw’isi.

Amakuru dukesha BBC, avuga ko abahinga mu bijanye n’ubutunzi bavuga ko bizeye ko Jeff Bezos yashinze Amazon mu mwaka wa 1994, ubutunzi bwiwe buzobandanya kwiyongera.

Ayo makuru nyene yemeza ko, ku miriyaridi 500 z’amadorare Amazon ifise, Jeff Bezos afisemwo ibice 17 kw’ijana vy’ubutunzi.

Jeff Bezos amaze n’ukugura ikinyamakuru Washington Post, yashizeho kandi ibijanye n’urudandazwa rukorerwa mu kirere rwitwa "rocket."


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.