IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kamenge : gerenade yatewe mu kibanza kitubatse ntiyagira ico (...)

Kamenge : gerenade yatewe mu kibanza kitubatse ntiyagira ico yonona

mercredi 13 juin 2018

Pierre NKURIKIYE, avuga ko iyo gerenade yatewe nk’igihe c’isaha imwe n’igice z’ijoro, muri karitiye Mirango, iri muri zone Kamenge, komine Ntahangwa, mu gisagara ca Bujumbura, iterwa mu kibanza kitubatsemwo, kw’ibarabara rya 11.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no gukinga ibiza, amenyesha ko uwateye iyo gerenade ataramenyekana.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.