Accueil > Amakuru > Poritike > Karori NDITIJE, umukuru mushasha w’urunani CNARED
Karori NDITIJE, umukuru mushasha w’urunani CNARED
mardi 28 Ruhuhuma 2017, par
Karori NDITIJE, umukuru w’umugambwe UPRONA, ishami ritemewe n’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu niwe mukuru mushasha w’urunani CNARED ruhurikiyemwo imwe mu migambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi.
NDITIJE yotowe kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 28 Ruhuhuma 2017 mu gihugu c’Ububirigi, akaba agiye mu kibanza cahoramwo Yohani MINANI yahejeje ikiringo ciwe.
- Karori NDITIJE, umukuru mushasha w’urunani CNARED
Ayo makuru y’itorwa rya Karori NDITIJE yatanzwe kandi yemezwa na Anicet NIYONKURU yahora ajejwe kumenyesha amakuru muri CNARED.
Icegera ca mbere c’umukuru wa CNARED ni MUGWENGEZO Chauvineau, Onesime NDUWIMANA yigeze kuba umuvugizi w’umugambwe CNDD FDD akaba icegera ca kabiri.
Anicet NIYONKURU yabaye umunyamabanga nshingwabikorwa wa CNARED.
IGIHE
Messages
28 Ruhuhuma 2017, 19:18, par buhiri
Ayomanyembwa nimuyagumuze mububirigi.komutoza kuyakorera hona kanada canke ositereriya canke amerika canke tanzania...........
28 Ruhuhuma 2017, 19:53, par AUDACE
natere imbere nkumuzinga.cnred ntizingame.tmuzi nk.inkerebutsi n.umuhinga muri politique.
28 Ruhuhuma 2017, 19:53, par AUDACE
natere imbere nkumuzinga.cnred ntizingame.tmuzi nk.inkerebutsi n.umuhinga muri politique.
28 Ruhuhuma 2017, 20:14, par UPD
NTA VYA CNARED.ABA BA DD NTUBONA KO ATARI INGUVU BATOVAKO.BURYA MUGWENGEZO YATUMWE NA MUZEHE KO JEWE UMENGO NDAMUZI KO YAHORANA AKENGE?
28 Ruhuhuma 2017, 20:14, par UPD
NTA VYA CNARED.ABA BA DD NTUBONA KO ATARI INGUVU BATOVAKO.BURYA MUGWENGEZO YATUMWE NA MUZEHE KO JEWE UMENGO NDAMUZI KO YAHORANA AKENGE?
28 Ruhuhuma 2017, 21:28, par Rukoco
@buhiri. Bwira izo mujeri... Gusa uzibabarire ntuzazikubite ubuhiri!!!
28 Ruhuhuma 2017, 21:40, par Nema
Ewe Nyangoma Na Minani , Ntibababwiye ? Cnard Ifise Beneyo !
28 Ruhuhuma 2017, 22:20, par ikijuju
ego turagukeje mushingantahe. uzorongore cnared neza. kandi burya uraza ukorane na sebarundi, ubundi zirya mbonerakure muzivaneko kuko ntituzikeneye. barya bahora bari imbonerakure mubaronderere ubundi buzi bakore bisununure batunge. kandi na zirya mfashanyo za buraya uzoze uzizanye kuko turazikeneye ego turagukeje mushingantahe. uzorongore cnared neza. kandi burya uraza ukorane na sebarundi, ubundi zirya mbonerakure muzivaneko kuko ntituzikeneye. barya bahora bari imbonerakure mubaronderere ubundi buzi bakore bisununure batunge. kandi na zirya mfashanyo za buraya uzoze uzizanye kuko turazikeneye gose.
1er Ntwarante 2017, 01:41, par Ntakirutimana Jonatan
Congratulations,mukumere kwibanga , igikorwa mwatorewe muzoruhuke aruko mugishikanye kuntabwe ishimishije. Nawe wi yita BUHIRI, ivyovyiyumviro vyawe nivyubwana, abo wavuze ngo bagume mububirigi, ngo ntibahonyoze amaguru mwivyo bihugu wadondaguye,,, ntanahamwe bimiriwe kwisi. Umusi bokwiyumvira guhurira muri Canada,canke muri AUSTRALIA ,canke USA ,bafise uburenganzira bwose, mbewibaza ivyo bihugu wavuze ubigereranya nuburundi?, ivyobihugu birazi yuko umuntu arumuntu, kandi nibihugu vyubahiriza agateka kamuntu.
1er Ntwarante 2017, 10:16, par gaciyubwenge burundi
indoto ziranyaruka karorinditije azotwaru bubirigi mububirigi nta perezida ariyo sinaredewe nturote wuririra kurinkurunziza nikibuye gikomeye cintamenwa murabanzemurabe ingabo afise nibishirira abanyagihugu cmushigkiye numusenyiwomuruzi ninyenyerizokwijuru sinarede we rekana nindoto indoto ziranyaruka
1er Ntwarante 2017, 10:49, par Barira Jean
Raba Muzotuzanire Amahoro Arama
1er Ntwarante 2017, 22:04, par P. ANTONE
MUMWAKA WA 1950 MUBURUND AMASHAMBA XARIHO MENSHI NIBITI VYISHI ; HARIHO IBITI BITA UMURARANKONA NIVYO INKONA YARIKAMWO IKAVYARIRAMWO SOKURU YATUBWIRAKO INKONA ITARUZWA . NONE ABO BARI MUBUBIRIGI BASHAKA KWIHENDA NGO BARUZ,INKONA ! UMUGANI UGANA AKARIHO ;
2 Ntwarante 2017, 06:11, par kamenge elvis kamenge
murarushe... amase yakera ntagihoma urutaro
2 Ntwarante 2017, 07:04, par Ruhanabiganza
Mukomere Benewacu! Muga Murab Vyas Mu Maguru Dushire Mu Migere! Erega Ntakananira Abagabo! Mbga Urazi Ingn Twishw N’inzara! Ivyo Biganiro Bidahra! Iga Uwundi Mukenyuro!
2 Ntwarante 2017, 20:45, par Ciza Mutebutsi Eric
Uwavuzeko Ururimi Runyarutsa Gukora Ntiyabeshe Abarundi Aho Tugeze Dukeney Uwotwara Tukironkera Amahoro Gusa Ibisigay Nibarabe Ibiri Mumasezerano
2 Ntwarante 2017, 20:46, par Ciza Mutebutsi Eric
Uwavuzeko Ururimi Runyarutsa Gukora Ntiyabeshe Abarundi Aho Tugeze Dukeney Uwotwara Tukironkera Amahoro Gusa Ibisigay Nibarabe Ibiri Mumasezerano
3 Ntwarante 2017, 08:18, par Karori
Nimutahetwubakeigihuguivyobintuvyokumoteramubivemwontagacirobifisenyananimuzetwitegurireamatorayabibirinaventi2020?
3 Ntwarante 2017, 09:11, par gakebuzo
sinarede yarose umutegetsi musha karori nditije mbabazwa nabo bahutu bisuka kurishushe minani na onezime nabandi nibibuke ayokagame yakoreye abahutu bamufashije gushika kubutegetsi abobahutu barimuri sinarede bibagiye ndadaye nakaribwami posiyano nibiyunvire bahindukire ingwe ntibintama
4 Ntwarante 2017, 07:29, par Akari Inyuma Karahinda
C N rede Nguvu Tera Imbere Nkumuzinga Ariko Ntimwishinge Mura Hindura Uburongozi Murabe Ingene Mugarura Igihugu Kiri Mubukorôni