Accueil > Amakuru > Ubutungane > Karusi : Umwigisha yahagaritswe n’igiporisi kirwanya igiturire
Karusi : Umwigisha yahagaritswe n’igiporisi kirwanya igiturire
mardi 16 janvier 2018
Uwo mwigisha azwi kw’izina rya Josephat MANIRAKIZA yahagaritswe n’igiporisi kijewe kurwanya igiturire, mw’ijoro ryo kur’uyu wa mbere, yagirizwa kuba aho yahora ari umuyobozi w’ishuri yaretse umwigisha aguma ahembwa imishahara ibiri.
Amakuru ava aho i Bugenyuzi, amenyesha ko Josephat MANIRAKIZA yafashwe inyuma y’umunsi wose ariko araronderwa.
Josephat MANIRAKIZA yagiye kwigisha kw’ishure nshingiro rya Tambi-Kabande,inyuma yo gukurwa mu mabanga y’ubuyobozi bw’ishuri rya Komine ry’i Kanazi, aho mu ntara ya Karusi.
MUGISHA Van Naris
Messages
17 janvier 2018, 21:01, par Ntaconzoba
non yaciriw urubanza uruh ?