IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > u Burundi > Keffa yagenwe n’umukuru w’igihugu

Keffa yagenwe n’umukuru w’igihugu

vendredi 30 Ntwarante 2018, par Egide NDUWIMANA

Iryo tegeko rigena Keffa NIBIZI kuyobora ubudandaji mw’ishirahamwe LONA (Loterie Nationale du Burundi) ryateweko umukono kw’igenekerezo rya 23 Ntwarante 2018.

Keffa NIBIZI yahora akora mu gisata kijejwe kugwanya kurya igiturire.

JPEG - 58.1 ko
Keffa NIBIZI, umukuru w’umugambwe SAHWANYA FRODEBU NYAKURI Iragi rya NDADAYE yagenwe kuba umuyobozi ajejwe ubudandaji muri LONA

Callixte NDIKUMANA

Messages

  • Arahembwe kuko yari yarabirondeye. Azoce amera nk’urya atwara O.T.B. abesha ngo ni Umunamarimwe kandi ari umuvugizi w’umugambwe wica canke ugakiza kuri bamwe bamwe.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.