Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya : Abahinga bo muri kaminuza bakoze ikigendajuru ca mbere
Kenya : Abahinga bo muri kaminuza bakoze ikigendajuru ca mbere
jeudi 25 janvier 2018
Amakuru dukesha iradiyo y’abongereza BBC amenyesha ko, kugira ico kigendajuru gikorwe abahinga ba Kenya bafashijwe mu bijanye n’uburyo n’ikigo co mu Buyapani kijejwe kugenzura ibirere.
Abajejwe intwaro muri Kenya bamenyesha ko ico kigendajuru kizokoreshwa mu kugenzura ibijanye n’uburimyi hamwe no kugenzura imbibe z’igihugu.
Igihugu ca Kenya kibaye ica gatandatu ku mugabane wa Afirika kironse ikigendajuru mu kirere.
BIKORIMANA Vianney
Messages
26 janvier 2018, 21:28, par SOUPLE DIEUDONNÉ
AHO BOHINGUYE IBIFUNGURWA BAKARUNGIKA MU BURUNDI