Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Abakoresha Terefone ngendanwa bagiye gutangura gukurikiranwa - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Abakoresha Terefone ngendanwa bagiye gutangura gukurikiranwa

Kenya: Abakoresha Terefone ngendanwa bagiye gutangura gukurikiranwa

samedi 18 Ruhuhuma 2017

Ikigo kijejwe gukurikirana itumatumanako ry’amakuru mu gihugu ca Kenya, kimenyesha amashirahamwe akoresha amaterefone ngendanwa ko cipfuza gukurikirana telefoni z’abanywanyi bayo.

Hamwe vyokorwa , bizotuma ic kigo gishobora gukirikirana telefone ngendanwa zahamagaye, ubutumwa bugufi bwarungitswe, hamwe n’ibijanye n’ingene abantu bahanahanye amafaranga bakoresheje terefoone ngendanwa.

Naho mu binyamakuru vyo muri Kenya abatari bake batanze ivyiyumviro vyo kunegura iyo ngingo,abategetsi ba Kenya baravuga ko iryo tegeko rifise intumbero yo gukurikirana telefone ziganwa.

Iryo tegeko riraba abantu barenga imiliyoni 30 bakoresha telefone ngendanwa mu gihugu ca Kenya, rizotangura kuja mu ngiro mu ndwi izotangura kw’igenekerezo rya 20 Ruhuhuma,umwaka wa 2017.


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.