Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Kenya : Abandi baporisi 5 bishwe
Kenya : Abandi baporisi 5 bishwe
vendredi 26 Rusama 2017, par
Nk’uko tubikesha BBC, umugwi w’abagwanyi ba Al Shabab umaze iminsi ukora imitego ibangamiye cane igihugu ca Kenya, uwo murwi ugashaka ko ico gihugu gikura abasirikare baco bagiye kugarukana amahoro muri Somaliya, mu bikorwa vya AMISOM.
Abo baporisi bishwe inyuma y’aho kuri uwu wa gatatu, abandi icenda bagandaguwe mu mutego wa Al Shabab, mu karere ka Mandera hamwe na Garissa.
Imiduga barimwo yaciye ku bisasu (Mines) vyatezwe n’abihevyi.
Vianney BIKORIMANA
Messages
26 Rusama 2017, 10:50, par Fredy
Aba Kenya Muragabe Napacifique Arimwo Mwuwo Murwi Witerabwoba Na Mugenziw Almel Niyôgere
26 Rusama 2017, 22:56, par FIACRE
Kwer nibarab nez,habarye,amatoz kuk bafise icumbi mukenya kuk nkub hababahisha?