Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya :Akamo katewe na Raila Odinga ntikitabwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya :Akamo katewe na Raila Odinga ntikitabwe

Kenya :Akamo katewe na Raila Odinga ntikitabwe

lundi 14 Myandagaro 2017

Amazu y’ubudandarizo menshi yo ku murwa mukuru wa Nairobi hamwe no mu ntara nyinshi zigize ico gihugu, yuguruwe n’abadandaji kur’uno wa mbere inyuma yaho kuva amatora aba ku musi wa kabiri w’indwi iheze yari yugaye.

Raila Odinga yamenyesheje ko azotanga ivyerekana ko amatora yaranzwe n’ubusuma.

Mwomenya ko mu mpera z’indwi iheze habaye intureka ku nkengera z’igisagara za Nairobi mu bice vya Kibera,Mathare hamwe na Kawangware hamwe no mu gisagara ca Kisumu.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.