Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Habonetse abantu bikekwa ko banduye indwara ya Cholera - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Habonetse abantu bikekwa ko banduye indwara ya Cholera

Kenya: Habonetse abantu bikekwa ko banduye indwara ya Cholera

dimanche 16 Mukakaro 2017

Ibinyamakuru mu gihugu ca Kenya vyamenyesheje kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 14 Mukakaro 2017,ko hari abashikiranganji babiri bajanywe mu bitaro inyuma yo gufungura mu birori vyabereye i Nairobi.

Naho biri ukwo, ntivyamenyekanye vy’ukuri ko ari cholera canke ari ivyo bafunguye bitari bimeze neza.

Mu kwezi guheze, abantu baharurwa mu majana banduye indwara ya cholera ,bahejeje gufungura mu nama imwe ku bijanye n’amagara y’abantu yabereye i Nairobi.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.