Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya : Papa Francois yahamagiye abakenya kuja mu biganiro - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya : Papa Francois yahamagiye abakenya kuja mu biganiro

Kenya : Papa Francois yahamagiye abakenya kuja mu biganiro

lundi 23 octobre 2017

Papa François abishikirije inyuma y’imisi mike abasenyeri ba Ekleziya bo mu gihugu ca Kenya bateye akamo abanyeporitike bose kwishimikiza igisabisho nk’ikigwanisho,kugira ishaka nk’ikigwanisho hamwe n’urukundo kuri bagenzi babo bose kugira batsimbataze amahoro.

Umukuru w’igihugu Uhuru Kenyatta yaheruka gusaba abanyagihugu bose bo mu madini yose gusengera ukunywanisha ,amahoro hamwe n’ubutungane mu gihugu.

Tubibutse ko abanyakenya bazosubira kuja mu matora igenekerezo rya 26 gitugutu 2017 aho umukuru w’abatavugarumwe na Reta Raila Odinga yamenyesheje ko atazoyitaba .


Vianney BIKORIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.