Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Raila Odinga yasavye abanywanyi kutarangura amabanga y’abubatse - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Raila Odinga yasavye abanywanyi kutarangura amabanga y’abubatse

Kenya: Raila Odinga yasavye abanywanyi kutarangura amabanga y’abubatse

mercredi 19 Mukakaro 2017

Amakuru dukesha iradiyo y’abngereza BBC , amenyesha ko Raila Odinga azokwitoza ku ruhande rw’urunani NASA, yagereranije amatora nk’ingwano,amenyesha ko kurangura amabanga y’abubatse ugiye mu rugamba bidatanga umwimbu mwiza.

Yavuze ati:"Nta muntu numwe muri twebwe arekuriwe gukora imibonano mpuzabitsina buca haba amatora".

Ayo majambo yaybariye cane cane abahungu asigura ko bohava basiba kuja gutora,aca asaba abakobwa kutemera kurangura amabanga y’abubatse buca haba amatora.

Si ku ncuro ya mbere Raila Odinga asavye abanywanyi biwe kutarangura amabanga y’abubatse mu gihe c’amatora.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.