Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Raila Odinga yemeye ko agiye kujana ibirego muri sentare - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Raila Odinga yemeye ko agiye kujana ibirego muri sentare

Kenya: Raila Odinga yemeye ko agiye kujana ibirego muri sentare

jeudi 17 Myandagaro 2017

Raila ODINGA yavuze ko biteguye kwigisha amahoro nk’uko bamye babikora, ariko ko ko bazokora n’ivyo barekurirwa n’amategeko bakagira imyiyerekano.

Raila ODINGA yaserukiye urunani NASA yavuze kandi ko mu ntumbero yo kwerekana biciye mu mutekano ko bibwe amatora, bazogandara, bafate umwanya w’agacerere bongere bavuze ingoma.

Inyuma y’amatora y’umukuru w’igihugu ca Kenya yabaye kw’igenekerezo rya 8 Myandagaro 2017 ,abashigikiye Raila Odinga baciye baja mu myiyerekano bamenyesha ko amatora yibwe,bituma abashika 10 bitaba Imana mu bice bitandukanye vy’igisagara ca Nairobi.

Raila ODINGA yaronse amajwi 44,8 kw’ijana mu gihe Uhuru Kenyatta asanzwe arongoye igihugu ca Kenya yatsinze amatora ku majwi 54,3 kw’ijana.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.