Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya : Uhuru Kenyatta yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya : Uhuru Kenyatta yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu

Kenya : Uhuru Kenyatta yatsinze amatora y’umukuru w’igihugu

lundi 30 octobre 2017

Naho abari biyandikishije gutora bitavye ku bice 39 kw’ijana,umukuru w’abatavuga rumwe Raila Odinga nawe agahamagarira abayoboke biwe kutitaba amatora nticabujuje ko Uhuru Kenyatta atsinda amatora.

Ayo matora yabaye asubiwemwo kuwa kane igenekerezo rya 26 gitugutu 2017,inyuma yaho sentare ntahinyuzwa imenyeshereke ko ayabaye mu kwezi kw’umunani yabonetsemwo utunenge, bituma ivyayavuyemwo bidahabwa agaciro.

Umukuru w’umurwi utegura amatora IEBC yavuze ko amatora yabaye kw’igenekerezo rya 26 gitugutu yabaye mu muco kandi ata tunenge.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.