Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya: Umurwi utegura amatora wemeje ko amatora ategerezwa kuba - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > Ubuseruko > Kenya: Umurwi utegura amatora wemeje ko amatora ategerezwa kuba

Kenya: Umurwi utegura amatora wemeje ko amatora ategerezwa kuba

Wednesday 25 October 2017

Ivyo vyashikirijwe inyuma yaho sentare ntahinyuzwa itashoboye kuronka igitigiri c’abacamanza basabwa kugira bumvirize urubanza rw’abantu batatu bituye iyo sentare basaba ko ayo matora yunguruzwa mu vyo bashikiriza bavuga ko uyo mugwi ujejwe amatora utaraheza kwitegura bikwiye.

Amategeko yaho mu gihugu ca Kenya ategekanya ko abacamanza 5 nibo bashobora gufata ingingo ku kintu carico cose.

Abacamanza basanzwe baburanira imigambwe itavuga rumwe na Reta bashikirije ko kubona uyo mugwi wemeje ko amatora azotegerezwa kuba ari iterabwoba .

Tubibutesko umukuru w’abatavugarumwe na Reta ,Raila Odinga, yasavye abayoboke biwe kutazokwitaba ayo matora ategekanijwe aho ashikiriza ko ivyo basavye ko abarongoye umugwi ujejwe gutegura amatora bohindurwa bitigeze vyumvirwa.


Vianney BIKORIMANA

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.