Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kenya : Umushingwamanza mukuru wa Reta yatanze imihoho - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubuseruko > Kenya : Umushingwamanza mukuru wa Reta yatanze imihoho

Kenya : Umushingwamanza mukuru wa Reta yatanze imihoho

mercredi 14 février 2018

Inkuru y’itanga ry’imihoho rya Prof Githu Muigai, kizigenza mu bahanura Reta ya Kenya mu bijanye n’amategeko, yamenyeshejwe n’umukuru w’igihugu Uhuru Kenyatta.

Amakuru dukesha insamirizi y’abongereza BBC, amenyesha ko mu butumwa yacishije kuri twitter, umukuru w’igihugu yavuze ko ababajwe n’uburyo budasanzwe Prof Muigai avuye mu mabanga yiwe.

Ayo makuru nyene amenyesha ko bitaramenyekana neza icatumye uwo asanzwe ari n’umwigisha muri kaminuza mu bijanye n’amategeko, yari amaze imyaka itandatu ahagarariye Reta mu vy’amategeko, atanga imihoho.

Mu minsi iheze , Prof Githu Muigai, yarumvikanye cane ashigikira Reta ya Kenya mu bibazo bitumvikanwako n’abanyakenya bose.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.