Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kigali : Umupfungwa yari muri Sentare yishwe ariko agerageza (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Rwanda > Kigali : Umupfungwa yari muri Sentare yishwe ariko agerageza (...)

Kigali : Umupfungwa yari muri Sentare yishwe ariko agerageza gutoroka

mercredi 21 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Umupfungwa azwi kw’izina rya Nkundimana Clement yahora apfungiwe mw’ibohero rya Gasabo, yishwe arashwe kuri uwu wa gatatu, aho akaba ari mu gihe yari yajanwe kuburana, mu nyuma agerageza gutoroka.

Uwo yishwe arashwe yari yagiye kuburanira kuri Sentare nkuru ya Nyarugenge. Yasavye uruhusha rwo kujya mu bwiherero, agezeyo yifungura amapingu, yiyambura impuzu zambara abapfungwa, aca ariruka. Umuporisi yari amucunze abibonye yamukurikiranye, amurasa amasasu yaciye amuhitana.

JPEG - 66.7 ko
Abapfungwa bo mu gihugu c’Urwanda

Umupfungwa Clement Nkundimana yakomoka ahitwa Kibagabaga, mu Murenge wa Kimironko, akaba yari apfungiye icaha c’ubusuma, aho yari yaciriwe urubanza rw’ugupfungwa imyaka itatu. Yarashwe mu gihe yari yagiye muri Sentare kuburana kuri ico caha yagirizwa.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.