IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Kinama : Abantu 5 bakomerekejwe na Gerenade

Kinama : Abantu 5 bakomerekejwe na Gerenade

mercredi 4 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Amakuru atangwa n’igiporisi avuga ko ico gisasu ntezwantoki (Grenade) catewe n’umugizi wa nabi ataramenyekana.

Muri batanu bakomeretse, batatu bari mu modoka bita PROBOX yariko ijabuka ibarabara.

Igiporisi c’Uburundi kimenyesha ko amatohoza yatanguye.


Vianney BIKORIMAMA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.