IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Kirundo : Abagabo bagirizwa gutunga ibirwanisho baciriwe gupfungwa imyaka (...)

Kirundo : Abagabo bagirizwa gutunga ibirwanisho baciriwe gupfungwa imyaka indwi

dimanche 3 juin 2018

Abo bagabo ni NDIKUMAGENGE Richard, NTAZIMANA Jean Claude, IGIRANEZA Fiston na NIYONZIMA Vital, bose bo mu ntara ya Kirundo.

Amakuru dukesha umuvugizi wa sentare ntahinyuzwa Agnes BANGIRICENGE, amenyesha ko, abo bagabo baciriwe ico gihano, ku caha co gutunga ibirwanisho bicira umuriro batabifitiye uburenganzira.
 ?UGISHQ V
Mwomenya ko urwo rubanza rwabaye urw’ikibiriraho.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.