Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Kyrgystan:Indege yo mu bwoko bwa Boeing 747 yahitanye abantu (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Mu makungu > Kyrgystan:Indege yo mu bwoko bwa Boeing 747 yahitanye abantu (...)

Kyrgystan:Indege yo mu bwoko bwa Boeing 747 yahitanye abantu 32

lundi 16 Nzero 2017

Abantu barenga 32 bapfuye inyuma y’aho indege itwara imizigo ya Tirikiya, yava mu gisagara ca Hong Kong, ikorokeye ku bantu hagufi y’igisagara ca Bishkek muri Kyrgystan.

Nkuko bivugwa n’abategetsi b’igisagara ca Bishkek,abapfuye benshi n’abari hasi,aho iyo ndege y mu bwoko bwa Boeing 747 yaguye.

Reta ya Krygystan imenyesha ko ,iyo ndege yo mu bwoko bwa Boeing 747 yakorokeye hagufi y’ikibuga c’indege ca Manas, ku birometero 25 uvuye ku mugwa mukuru Bishkek,ihitana inzu zirenga 15 zononekaye, kandi bivugwa ko abana benshi bari muri abo bapfuye.

Vyari bitegekanijwe ko iyo ndege ihagarara akanya gato I Manas hanyuma igaca ibandanya urugendo igana Istanbul mu gihugu ca Tirikiya.

Iyo ndege yari iyo ishirahamwe ritwatwara imizigo rya ACT, kw’izina yitwa MyCargo.
Abategetsi bavuga ko icatumye iryo sanganya riba kitaramenyekana


IGIHE

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.