Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Liberiya : George Weah yemeye ko agiye kurwanya igiturire - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Muri Afrika > Liberiya : George Weah yemeye ko agiye kurwanya igiturire

Liberiya : George Weah yemeye ko agiye kurwanya igiturire

mardi 23 janvier 2018

Ku kibuga c’umupira w’amaguru ku murwa mukuru wa Liberia Monrovia, niho habereye ibirori vyo kurahiza umukuru w’igihugu mushasha, George Weah.

Mw’ijambo ryiwe, Geoge Weah yavuze ko yamaze igihe kinini mu bibuga vy’umupira w ‘amaguru, ariko ko ubu yumva ari mu bindi bihe, kandi ko mu gihugu ata watsinze, kandi atawatsinzwe ariho.

George Weah yamenyesheje abari bitavye ibirori ko bariko bahanahana ubutegetsi uwatowe ashikiriza amabanga uwundi yatowe, ariko kandi ari urunganwe rubishije urundi.

Geroge Weah yemeye kwubaka Liberiya nshasha, aho abantu bangana, bidegemvya, kandi bakagira n’agateka k’umunyagihugu.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.