Accueil > Amakuru > Mu makungu > Libiya:Abantu 20 bapfuye mu ngwano
Libiya:Abantu 20 bapfuye mu ngwano
mardi 16 janvier 2018
Amakuru dukesha iradiyo y’abongerez BBC, amenyesha ko izo ngwano zatumye ibikorwa ku kibuga c’indege mpuzamakungu caho i Tripoli c’i Maitiga bihagarara.
Ayo makuru nyene, amenyesha ko ngwano zatumye indege zitanu zari kurico kibuga c’indege zononekara.
Mwomenya ko imishamirano hagati y’imirwi itandukanye, yama yabaye aho imirwi irwana kuva mu mwaka wa 2011 uwahora atwara ico gihugu Muhammar Gaddafi yishwe.
BIKORIMANA Vianney
Messages
16 janvier 2018, 14:34, par Therence
Vyukuri Trump Arakwiy Guterwa Ivyatsi.Kwumva Ngo Namazirantoke ?