Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Real Madrid yaronse uburenganzira bw’ugukina urukino rwa nyuma - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > Amahiganwa > Real Madrid yaronse uburenganzira bw’ugukina urukino rwa nyuma

Real Madrid yaronse uburenganzira bw’ugukina urukino rwa nyuma

jeudi 11 Rusama 2017

Urukino rwa nyuma ruzoba kw’igenekerez rya 3 Ruheshi umwaka wa 2017, ruzobera ku kibuga ca Cardiff mu gihugu ca Galles.

Umurwi wa Juventus de Turin waronse uburenganzira bwo gukina urukino rwa nyuma, inyuma yo gutsinda mu nkino zibiri, umurwi wa Monaco wo mu Bufaransa, ibitsindo 4 ku gitsindo kimwe.

Umurwi wa Real Madrid waronse uburenganzira bwo gukina urukino rwa nyuma, inyuma yo gutsinda umurwi wa Atletico wo mu gihugu ca Espagne ibitsindo 3 ku busa mu rukino rwa mbere, mu rukino rwa kabiri Atletico itsinda ibitsindo 2 ku gitsindo kimwe ca Real, naho bitawuhaye amahirwe yo kubandanya ihiganwa.

Umurwi wa Real Madrid uronse uburenganzira bwo gukina urukino rwa nyuma mw’ihiganwa rihuza imirwi yabaye iya mbere mu bihugu vyo ku mugabane wa Buraya, mu myaka ibiri ikurikirana.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.