Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ligue des Champions : Abazohagarikira urukino rwa nyuma bamenyekanye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ligue des Champions : Abazohagarikira urukino rwa nyuma bamenyekanye

Ligue des Champions : Abazohagarikira urukino rwa nyuma bamenyekanye

lundi 7 mai 2018

Amakuru dukesha itororokanirizo ry’amakuru ry’abafaransa AFP, amenysha ko uwo muhagarikizi azofashwa ku mpande muri urwo rukino ruzohuza Real Madrid na Liverpool ,n’abandi babiri bava mu gihugu kimwe, aribo, Milovan Ristic na Dalibor Djurdjevic, umufaransa Clement Turpin nawe akazoba ari umuhagarikizi agira kane.

Itororokanirizo ry’amakuru AFP, rimenyesha kandi ko Milorad Mazic,atari irya mbere ahagarikiye inkino zikomeye, kuko urukino rwa nyuma rw’ihiganwa rihuza imirwi nserukirabihugu yigenjeje neza ku migabane hagati ya Chili n’Ubudagi, mu mwaka uheze wa 2017, ariwe yaruhagarikiye.

Urukino rwa nyuma rwa Europa Ligue narwo ruzohuza umurwi wa Athletico Madrid na Mareseille, ruzohagarikirwa n’umudagi Bjorn Kuipers, hazoba ari kw’igenekerezo rya 16 Rusama 2018.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.