IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Makamba: Ikiziga c’umwana catowe mu kinogo gishikiramwo umwanda

Makamba: Ikiziga c’umwana catowe mu kinogo gishikiramwo umwanda

jeudi 14 Nyakanga 2017

Uwo mwana yari azwi kw’izina rya Bellard ICIKUNZE yakuweyo n’abakozi b’umuryango utabara imbabare Croix Rouge bari kumwe n’abaporisi bakorera mu gisata co gukinga impanuka.

Amakuru ava mu ntara ya Makamba amenyesha ko Bellard ICIKUNZE yari yazimiye kuva kuwa gatandatu igenekerezo rya 9 Nyakanga 2017.

Ikiziga c’uwo mwana kiri mu buruhukiro vy’ibitaro vy’intara ya Makamba mu ntumbero yo kukigirira ibipimo, nayo abantu batatu harimwo abakozi babiri bo mu nzu n’umwe wo mu muryango wiwe bari mu minwe y’igiporisi ku mvo z’amatohoza.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.