Accueil > Amakuru > Ubutungane > Makamba : Umupfungwa yapfiriye mu gasho
Makamba : Umupfungwa yapfiriye mu gasho
mardi 18 Ndamukiza 2017, par
Jean NIYONGABO yahora aba muri Nyanza-Lac, akaba yari apfungiwe mu gasho k’igiporisi mu ntara ya Makamba yapfiriye mu munyororo mu gatondo ko kuri uwu wa mbere igenekerezo rya 17 Ndamukiza 2017.
Amakuru ava aho mu ntara ya Makamba amenyesha ko uwo mupfungwa yagwaye, baramwima uruhusha rw’ukuja kwivuza, arikwo guhava yitaba Imana.
Ikiziga ciwe catwawe ku muhingamo wo kuri uwu wa mbere mu buruhukiro bw’ibitaro vy’intara ya Bururi.
IGIHE
Messages
18 Ndamukiza 2017, 13:05, par Kuri
What is going on in Burundi? Please before every thing the Burundian leaders need to respect human rights .Is very sad to hear if someone died in prison when he was asking to see the doctors and not allowed him to. Violation of human rights in Burundi is over
18 Ndamukiza 2017, 14:37, par kagame
Asiye sikiya lawazazi anafunzwa na ulimwengu
19 Ndamukiza 2017, 01:42, par Blaise
It wise to think first before comments. Media in Burundi are not giving accurate information. Remember last two monhs a prisoner killed people including police in Gitega.
19 Ndamukiza 2017, 17:12, par SUGURU SEBASTIEN
NTAKUNDI IMANA IMWAKIRE
19 Ndamukiza 2017, 20:07, par XXX
C’est Très Malheureux d’entendre ça, Au burundi la vie d’un homme n’est rien.
20 Ndamukiza 2017, 07:29, par Etienne
None Kobamwimye Uruhusha Akitaba Imananonejeniyumvirayukobohanwa Kukobaragize Ikosa Umuntuwese Afisekwivuza Nahoyobarimugashobomujanakwamugangahama Bakamusubizamugasho Imiti Akayifatirayo