IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > Ubutungane > Makamba : Uwishe umwana wa mwenewabo yaciriwe umunyororo w’uguherayo

Makamba : Uwishe umwana wa mwenewabo yaciriwe umunyororo w’uguherayo

lundi 28 Myandagaro 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu rubanza rw’ikibiriraho, uwo mugabo yagirijwe ico caha yasavye abacamanza ko igihano ciwe cokurwa ku munyororo w’ubuzima bwiwe bwose, kigashirwa ku myaka 20.

Uwo mwana w’imyaka cumi n’ine yishwe atemaguwe hakoreshejwe umupanga, mw’ijoro ryo ku munsi wa kane muri komine Nyanza Lac, intara ya Makamba.

Uwo mwana yishwe n’umugabo avukana na Se wiwe, uwo mugabo nyene akaba ariwe yakomerekeje n’umupanga kandi n’uwundi mwana avukana n’uwo yishwe.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.