Accueil > Amakuru > Mu makungu > Mali : Abarwanyi barenga 20 bishwe
Mali : Abarwanyi barenga 20 bishwe
lundi 1er Rusama 2017, par
Abarwanyi barenga 20 bishwe n’igisirikare c’Ubufaransa hafi y’urubibe Mali ihana na Burkina Faso, nk’uko vyemezwa n’abasirikare b’Ubufaransa.
Abategetsi ba gisirikare b’Ubufaransa hamwe n’abavyiboneye bavuga ko ico gitero cakozwe n’indege hamwe n’abasirikare barwanira ku butaka mw’ishamba ryo mu ntara ya Sahel, mu gihugu ca Mali.
Abasirikare b’Abafaransa barenga ibihumbi 3,500 nibo bari muri Mali, Burkina Faso, Chad, Mauritaniya na Nijeria, aho bariko barwanya intagondwa z’abayisilamu.
Igihugu ca Mali carongereje ku mezi atandatu ibihe vy’igihugu kiri mu ntambara, aho akaba ari mu gihe kiriko kirarwanya intagondwa zigendera ku vyiyumviro vya al-Qaida zirwanira mu buraruko, hamwe n’izitera ziva muri Burkina Faso mu bumanuko.
IGIHE
Messages
1er Rusama 2017, 13:26, par Munyemana
Izo Ntumva Nibazihashe.
1er Rusama 2017, 15:28, par Mediator
Abo ni abanya Mali sha, bafaransa ni ugukangata gusa none ko batsinzwe n’Inkotanyi mu Rwanda?bravo Africa, bravo RDF
2 Rusama 2017, 18:58, par Athanase
Abobabisha,izontagondwa,zirakwiyegutuzwa,isikaronk,amahoro.
4 Rusama 2017, 18:26, par Alex
nibazituze hama mal isubire mumahoro
4 Rusama 2017, 20:47, par Nestor Issa
Yooo None Bishe Kubera Ik? Nibaze Ko Batahowe Ubusa?
6 Rusama 2017, 16:11, par Innocent Nininahazwd
Abantu Nkabo Dukwiye Kubatuza Kuk Nibo Batubuza Umutekano